Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu #Angeline_Ndayishimiye yatunganije kuri uyu wa gatanu ku murwa mukuru w'intara ya #Gitega uruganda rw'akarere kagizwe n'intara za Gitega, Mwaro, Muramvya na Karusi mu ntumbero yo gushikiriza ivyavuye mw'ihuriro ridasanzwe ry'abakenyezi ryatunganijwe ku ncuro ya kane kuva kw'igenekerezo rya 9 gushika ku