flambeau de la paix edition 2023
0 comments
Abenegihugu bo mu makomine atandukanye agize intara ya #Muyinga barashima kubona urumuri rw’amahoro rwaramurikiye ibikorwa vy’iterambere amakomine bakukira ariko arashira mu ngiro. Hambavu y’abashima ko ari ubwa mbere babonye urwo rumuri, barashima ko aho rugiye ibikorwa #Intwararumuri bakora bavyungukirako. Aha twotanga akarorero muri komine #Buhinyuza aho bafashije mu gukora ibirabara ry’imigenderanire. Barashima kubona Umukuru w’Igihugu c’Uburundi
� Evariste Ndayishimiye yaragize iyerekwa ry’uko urumuri rw’amahoro ruca mu makomine yose