PREMIERE DAME DU BURUNDI NA FUKUYO NAKAMORI

PREMIERE DAME DU BURUNDI NA FUKUYO NAKAMORI

Umutambukanyi w’umukuru w’Igihugu#Angeline_NDAYISHIMIYE yahaye umubonano kuri uyu wa mbere umurwi w’abayapani barongowe n’umupfasoni #Fukuyo_NAKAMORI. Nk’uko yabishikirije,ngo bazanywe no kubandanya umugambi wo guteza imbere igiterwa c’umuceri,ngo bakazogendera kandi amashule agaburira abana,bakazonagendera ikigo urumuri kivura indwara zo mukigo hamwe na polyclinique umugiraneza mu kibimba mu ntara ya Gitega.kurikira Umutambukanyi w’umukuru w’Igihugu https://fb.watch/oiZKo7Cf4W/

Post a Comment