URUMURI rw’amahoro mu rutana

URUMURI rw’amahoro mu rutana

Abenegihugu bo mu ntara ya Rutana barashima kubona bariko barakamisha #Amahoro ari mu gihugu mu kwiyubakira inyubakwa ziterambere rusangi. Aha ni kuri uyu wa mbere, igihe #intwararumuri bashika ahariko harubakwa ingoro ya buramatari w’intara ya #Rutana . Ugereranije n’ingoro ya kera, ingoro nshasha yubatswe kijambere. Irabire nawe.

Post a Comment