UMUTAMBUKANYI W,UMUKURU W,IGIHUGU C,UBURUNDI

UMUTAMBUKANYI W,UMUKURU W,IGIHUGU C,UBURUNDI

Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu # Angeline NDAYISHIMIYE yahaye umubonano kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 15 munyonyo 2023 uwuserukira igihugu c’ububirigi aha mu#Burundi embassadeur # Michael,WIMMER. Nkuko bimenyeshwa na #Jean Bosco GIRUKWISHAKA umunyamabanga nshingwabikorwa muri # OPDD Burundi, baganiriye ibijanye n’imigenderanire hagati y’uburundi n’ububirigi, gufashanya mu migambi isanzwe itunganywa n’ikigo #OPDD Burundi. Embassadeur # Michael WIMMER yemereye umutambukanyi w’umukuru w’igihugu kuzoterera mu bijanye n’umugambi wo kwitaho abakenyezi barwaye indwara yo mu kigo. Ububirigi kandi ngo buzoshigikira imigambi y’abakenyezi bari mu bisata bitandukanye https://fb.watch/okxSgn0G7Q/

Post a Comment