bururi
0 comments
Inyuma y’imisi 4 rwari rumaze mu ntara ya #Rutana , kuri uyu wa gatatu urumuri rw’amahoro rwashitse mu ntara ya #Bururi Buramatari w’intara ya Bururi ari kumwe n’abenegihugu baciye baja kw’ishure shingiro rya Kijima muri komine #Rutovu. Urumuri rw’amahoro rwaciye rumurikira ibikorwa vyo kwubaka inyubakwa z’ishure igice c’inyigisho zinyuma ya shure shingiro