irabire Hassan_sheikh_mohamud mu burundi

irabire Hassan_sheikh_mohamud mu burundi

Umukuru w’Igihugu ca #Somaliya#Hassan_sheikh_mohamud ariko aragendera Uburundi kuva kuri uyu wa 3 akaba yakiriwe na mugenzi we w’uburundi #Evariste_NDAYISHIMIYE ku kirimba citiriwe Umwami Ntarerushatsi.Uwo mushitsi yashimiye Uburundi kubona bwararungitse ingabo zagiye kugarukana amahoro muri Somaliya bakaba banaganiriye ivyo gukomeza imigenderanire biciye mu guhanahana ibidandazwa, gufashanya muvy’amagara y’abantu, mu gisata ca ba mukerarugendo, umutekano no kwivuna abansi.FYONDA KURI IYO LIEN https://fb.watch/oloAHqEwcN/

Post a Comment