IYANDIKWA MUKIGO CIGISHA IMYUGA

IYANDIKWA MUKIGO CIGISHA IMYUGA

Abanyeshure bahejeje umwaka w’9 wa shure shingiro imyaka iri hagati ya 16 na 35 bashobora kuvuga igifaransa, bahamarirwa kwiyandikisha mu kigo cigisha imyuga co mu Kigobe,ako kamo bakaba bagaterwa na Rénovat NZEYIMANA arongoye ico kigo akavuga ko inyigisho zizomara amezi 12 https://fb.watch/omX1Vu2h1_/

Post a Comment