
IMPANURO Y,UMUKURU W,IGIHUGU C,UBURUNDI
0 comments
Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye ahamagarira abenegihugu kwitegurira ici mu kuzorima mu myaba no kuvomera imirima iri i musozi. Yateye ako kamo mu rugendo yahoramwo mu ntara ya Ngozi. Akibutsa abenegihugu kwama bitwararika gukoresha intabire n’imbuto zirobanuye mu ntumbero yo kugwiza umwimbu




