UMUKURU W’IGIHUGU MU NTARA YA CIBITOKE

UMUKURU W’IGIHUGU MU NTARA YA CIBITOKE

????

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye mu rugendo yagize mu ntara ya #Cibitoke, kuri uyu wa mbere yaragirishije inama abarongoye abandi mu rwego rw’inyamiramabi bo mu karere k’uburengero kugira barabire hamwe ingene Umutekano wifashe.Mw’ijambo ryiwe, yarabakeje ku bikorwa barangura. Umukuru w’Igihugu yavuze ko inama nkiyo agiye kuzibandaniriza no mutundi turere.

????

Inyuma y’iyo nama , Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye yarabandanirije urugendo mu ntara ya #Bubanza muri komine #Gihanga. Yaragendeye ahabera ubworozi bw’amashirahamwe kugira yirabire urugero bagezeko. Yaboneyeho gutera akamo abenegihugu guteramira amahoro n’umutekano no kwijukira kugwiza umwimbu biciye mu burimyi n’ubworozi

Post a Comment