URUKINO KUKIBUGA NKURUNZIZA PEACE PARK COMPLEX

URUKINO KUKIBUGA NKURUNZIZA PEACE PARK COMPLEX

Umurwi wa Académie #ADF_LA_RAMBLA wo mu gihugu ca Espagne wamaze gushika mu Burundi. Ukaba uje gukina n’umurwi wa Aigle Noir w’i Makamba mu rukino rw’igikombe citiriwe Nkurunziza, #Nkurunziza_cup ku ncuro ya kane ruzobera ku kibuga Nkurunziza Peace Park Complex c’i Makamba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 29 Ruheshi uyu mwaka wa 2024

Post a Comment