ihuriro ry’abikorera ivyabo rigira kabiri.

ihuriro ry’abikorera ivyabo rigira kabiri.

Umukuru w’igihugu #Évariste _Ndayishimiye yatanguje kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 27 munyonyo i Bujumbura,ibikorwa vy’imisi 2 vy’ihuriro ry’abikorera ivyabo rigira kabiri.Nk’uko yabishikirije mw’ijambo ryiwe iryo huriro riri mû rukurikirane rw’umugambi wa reta wo gukomeza ibiganiro hagati ya Reta n’abikorera ivyabo. Icivugo c’uno mwaka akaba:” ibiganiro hagati ya Reta n’abikorera ivy’abo,inkingi y’iterambere ridakumira. Akaba yasavye abagwiza tunga kuduzanya no gutanga amakori n’amatagisi.

Post a Comment