GUSHIGIKIRWA Kw’imigambi y’urwaruka

GUSHIGIKIRWA Kw’imigambi y’urwaruka

Reta y’Uburundi ngo yariyemeje gushigikira imigambi y’urwaruka kuko aribo benshi mu Gihugu kuko bateyimbere ,nigihugu coca gitera imbere.Vyashikirijwe kuri uyu wa mbere n’Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo abakozi n’akazi ,mw’ijambo ryo kugurura indwi mpuzamakungu yahariwe kwitunganiriza imigambi ku ncuro ya 6 hano mu Burundi. Uwurongoye ikigo BBIN #Pierre Claver NDUWUMWAMI avuga ko bashima ko Reta yafashe iyambere mu gushirimbere igisata c’abikorera ivyabo ,ariko ko hakiriho ivyokorwa https://fb.watch/oiTiLv1vCr/

Post a Comment